Amakuru dukura kubayoboye uwo mugwi nuko umurisho w’ingoma z’iburundi wamaze kuganza mu birori bitandukanye muri Africa ,ngwinyuma yaho UNESCO ishize Umurisho w’ingoma z’Uburundi mu mugwi w’ubutunzi bwamaho (patrimoine universelle).
Nkuko amakuru adushira avyemeza,AMAGABA numugwi rutumwako aha mugihugu, mu biteramo bitwndukanye haba nko kumusi Uburundi buba buriko bwibuka umusi mukuru w’ukwikukira kw’abarundi ,ndetse no mubindi biteramo bitandukanye bama beteramisha abantu ,ndetse bemezako bibashejejeho bakabeshaho n’imiryango yabo biciye mukuvuza ingoma
Ndundi.
Kubwabo rero ngo ntamwuga udakiza kuko iyo batumiwe mu biteramo bikomeye kenshi barabukura mucibo,rero ngo buri muntu yaremwe n’Imana arafise icoshoboye gukora kugira atere imbere ,rero ngo ntawukwiye kurera amaboko.
Rero ngo kuba batumiwe mugiteramo kidasanzwe kizobera muri Maroc igenekerezo rya 22 Ruheshi 2023,n’iteka ridasanzwe kandi ninakaryo ko kuzomenyekana gusumvya uko bari bazwi, rero iyo umenyekanye ubuzima burushiriza guhinduka.
Mwomenyako kugezubu ngo ivyiteguro ibandanya kugira baze berekane murivyo bibori akamaro ku murisho w’ingoma muri Africa yose ngo kuko karahara muruganda ntibacura.