Wednesday, February 5, 2025
Wednesday, February 5, 2025
spot_img
HomeAndi makuruBiratangaje:ishusho ya bikira mariya niyo nyene yarokotse umuriro waturiye uratongara inzu

Biratangaje:ishusho ya bikira mariya niyo nyene yarokotse umuriro waturiye uratongara inzu

NK’uko tubikesha ikinyamakuru  fox news co  muri USA , ishusho ya bikira mariya yari munzu mu bumanuko bw’igisagara ca Colifornia,yararokotse umuriro wasize amazu ari umunyota muri ico gisagarara.

uwo munyaryo ukavuga ko basubiye ahahoze inzu yabo inyuma y’imisi bahunze umuriro ,batanganjwe no kubona ishusho ya bikira mariya yari muri iyo inzu ariyo yonyene itigeze ikorwako n’umuriro  mu gihe ibindi vyose bari batunze basanze vyacitse umunyota.

Ivyo ngo vyaberetse ko imana ihari kandi bibahamagarira gusenga no gushima imana buri munsi

SRC:MENYANA TV BURUNDI

Andi makuru

Musubize

Shyira hano igitekerezo cyawe!
Injiza izina ryawe

- Kwamamaza -spot_img

Izi ntuzicikwe

Verified by MonsterInsights